abanye afrikazi bane

nd’umwiraburekazi

itzemba bwoko ryantwaye umuryango wose.

ariko ndakomeye.

izina ryanje ni gatsinzi 

nd’umuzungu

nahora ndi umwirabure  

ndanka kuba umwirabure 

izina ryanje ni beauty queen.  

nanje nd’umwiraburekazi 

baransahuye uburyoherwe. 

igitsina canje baragiciye

izina ryanje ni mariatou

ndi inzobe

bantwaye ubuto.

ndandaza umubiri wanje kugira ngire VISA y’iburaya.

ndafise ubwoba

izana ryanje ni umunyafrika kazi

 
 

indirimbo || produced by betina quest, mix+master rvdical the kid, written michael olatuja + nina simone + somi
backing vocals betina quest, synthesizer betina quest
image || yaasaa, set design/concept betina quest, mkutaji
traduction || yves francis nimbona, king fleury kaburundi, sophie ndamama

Previous
Previous

privilege

Next
Next

your photograph