Room in a Room - ICUMBA MU KĪNDI

ivuga ubuzima bwa abantu, buvugwa n’abanye afrikakazi


nk’abakobwa, bashiki babantu, nk’abagore, nk’abavyeyi

“none turidegemvya?”


ubuzima, uruphu, urukundo, akaranga


twerekana ubushobozi ko kwiyitira no gusangiza akahise kanyu bitanga ubushobozi. 

twubatse room in a room  kuri www kugira mushobore kuvuga kahise  kanyu. 


mufate umwanya wo guhimbarwa n’indirimbo, n’amasanamu n’ivyivugo vya  room in a room.

 mubishaka kandi mubishoboye, murasiga intererano.

turabasaba gutemberera isoko ryacu.

turabashimiye cane.