nararenze umurongo

ngira agahinda iyo nuriye indege nsiga umugenzi

kubera ntaba nzi ko tuzusubira guhura

nkajabuka imbibe

iyo nshitse imuhira, nkaca nibaza nti

“nsinzo subira kumuhamagara

kubera ntazi ryari tuzusubira guhura”

ariko ... ndarangeje urgero!

imwaka mike ihaciye; twasubiriye guhura

kuri rutari.

ngaho, turasezeranye!

//

mva mu buseruko bwa Afrika

ni bande muri mwebwe bazi ubwo buseruko bwa Afrika?

ni bande muri mwebwe bazi u Burundi?

n’amuka mugihugu citwa u Burundi, aho tuvuga ikirundi.

ariko, navukiye Budagi kandi niho nakuriye.

ntivyari vyoroshe. ni naco catumye ntakunda u Budagi

ariko, u Burundi bwari kure cane - kandi atabwo nzi

iyi ndirimbo rero ivuga ingene vyari bimeze

 
 

indirimbo || produced by betina quest, mix+master rvdical the kid, lyrics+music betina quest
backing vocals betina quest, bass kwame kyei, synthesizer betina quest
image || tommy wá, set design/concept tommy wá, betina quest
traduction || yves francis nimbona, king fleury kaburundi, sophie ndamama

Previous
Previous

in and out

Next
Next

privilege