Room in a Room - ICUMBA MU KĪNDI
ivuga ubuzima bwa abantu, buvugwa n’abanye afrikakazi
nk’abakobwa, bashiki babantu, nk’abagore, nk’abavyeyi
“none turidegemvya?”
ubuzima, uruphu, urukundo, akaranga
twerekana ubushobozi ko kwiyitira no gusangiza akahise kanyu bitanga ubushobozi.
twubatse room in a room kuri www kugira mushobore kuvuga kahise kanyu.
mufate umwanya wo guhimbarwa n’indirimbo, n’amasanamu n’ivyivugo vya room in a room.
mubishaka kandi mubishoboye, murasiga intererano.
turabasaba gutemberera isoko ryacu.
turabashimiye cane.